Ezekiyeli 42:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu bwaguke bw’uruhome rw’amabuye rw’ikigo amaja mu buseruko, imbere ya wa mwanya washizwe ukwawo+ n’imbere ya ya nyubakwa, hari ivyumba vy’uburiro+.
10 Mu bwaguke bw’uruhome rw’amabuye rw’ikigo amaja mu buseruko, imbere ya wa mwanya washizwe ukwawo+ n’imbere ya ya nyubakwa, hari ivyumba vy’uburiro+.