Ezekiyeli 42:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nka kumwe kw’aminjiriro y’ivyumba vy’uburiro vy’amaja mu bumanuko, ni ko ubwinjiriro bwo ku mutwe w’inzira bwari bumeze, ari yo nzira y’imbere y’uruhome rw’amabuye bijanye, amaja mu buseruko, iyo umuntu yinjiye abigana+.
12 Nka kumwe kw’aminjiriro y’ivyumba vy’uburiro vy’amaja mu bumanuko, ni ko ubwinjiriro bwo ku mutwe w’inzira bwari bumeze, ari yo nzira y’imbere y’uruhome rw’amabuye bijanye, amaja mu buseruko, iyo umuntu yinjiye abigana+.