Ezekiyeli 42:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abaherezi nibinjira, ntibazoheza ngo basohoke bave ahantu heranda ngo baje mu kigo c’inyuma, ahubwo impuzu zabo basanzwe bakoramwo bazohora bazishira ng’aho+, kuko ari ikintu ceranda. Bazokwambara izindi mpuzu+, babone kwegera ivy’abantu.”
14 Abaherezi nibinjira, ntibazoheza ngo basohoke bave ahantu heranda ngo baje mu kigo c’inyuma, ahubwo impuzu zabo basanzwe bakoramwo bazohora bazishira ng’aho+, kuko ari ikintu ceranda. Bazokwambara izindi mpuzu+, babone kwegera ivy’abantu.”