Daniyeli 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Atari ukwo na ho, nubimenye mwami, yuko imana zawe atari zo dukorera, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse, ntituza kugisenga+.”
18 Atari ukwo na ho, nubimenye mwami, yuko imana zawe atari zo dukorera, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse, ntituza kugisenga+.”