26 Maze Nebukadinezari aregera umuryango wa nya tanure ry’umuriro ururumba+. Avuga ati: “Ewe Shaduraki na Meshaki na Abedinego, basavyi b’Imana Musumbavyose+, sohoke muze hano!” Uwo mwanya Shaduraki na Meshaki na Abedinego barasohoka, bava hagati muri wa muriro.