14 “Sinzogira ico mbaza abakobwa banyu ngo ni uko bakora ubusambanyi, n’abakazana banyu ngo ni uko barenga ibigo. Kuko abagabo bihererana n’abamaraya+, bagashikana ibimazi bari kumwe n’abamaraya b’urusengero b’abagore+; kandi abantu batagira ugutegera+ bazohonyangirwa hasi.