Hoseya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+, kandi nta yindi Mana wari uzi kiretse jewe; nta wundi mukiza yariho atari jewe+.
4 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+, kandi nta yindi Mana wari uzi kiretse jewe; nta wundi mukiza yariho atari jewe+.