Hoseya 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Azofatwa n’imisonga y’ibise y’umugore ariko yibaruka+. Ni umwana atagira ubukerebutsi+, kuko nihagera atazohagarara igihe abana bazoba bariko barava mu gitereko+.
13 Azofatwa n’imisonga y’ibise y’umugore ariko yibaruka+. Ni umwana atagira ubukerebutsi+, kuko nihagera atazohagarara igihe abana bazoba bariko barava mu gitereko+.