Hoseya 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Nzobacungura ndabakure mu kuboko kw’ukuzimu*+; nzobagarukana ndabakuye mu rupfu+. Rupfu we, za mboyi zawe ziri he+? Kuzimu we, kwa gutikiza kwawe kuri he+? Amaso yanje ntazogira impuhwe+. Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:14 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 29
14 “Nzobacungura ndabakure mu kuboko kw’ukuzimu*+; nzobagarukana ndabakuye mu rupfu+. Rupfu we, za mboyi zawe ziri he+? Kuzimu we, kwa gutikiza kwawe kuri he+? Amaso yanje ntazogira impuhwe+.