Amosi 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nka kurya umwungere ashikura mu kanwa k’intambwe amaguru* abiri canke igipande c’ugutwi+, ni ko bene Isirayeli bazoshikurwa, abo biyicariye i Samariya ku buriri bwakaka+ no ku busaswa bw’i Damasiko+.’
12 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nka kurya umwungere ashikura mu kanwa k’intambwe amaguru* abiri canke igipande c’ugutwi+, ni ko bene Isirayeli bazoshikurwa, abo biyicariye i Samariya ku buriri bwakaka+ no ku busaswa bw’i Damasiko+.’