Amosi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ‘Kuko, ku musi nzogira ico mbaza+ Isirayeli ku migararizo yiwe, nzogira n’ico mbaza ibicaniro vy’i Beteli+; kandi amahembe y’igicaniro ntazobura gucibwa, akagwa hasi+.
14 ‘Kuko, ku musi nzogira ico mbaza+ Isirayeli ku migararizo yiwe, nzogira n’ico mbaza ibicaniro vy’i Beteli+; kandi amahembe y’igicaniro ntazobura gucibwa, akagwa hasi+.