Amosi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’ Amosi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:1 Umunara w’Inderetsi,1/10/2007, rup. 14
4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’