Amosi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ibisagara bibiri canke bitatu vyaradandabagirana bija ku gisagara kimwe kunywa amazi+, ntibihimbe; mugabo ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.
8 Ibisagara bibiri canke bitatu vyaradandabagirana bija ku gisagara kimwe kunywa amazi+, ntibihimbe; mugabo ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.