Amosi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Nzobateragira koko ku butaka bwabo, kandi ntibazokwongera kurandurwa ku butaka bwabo nabihereye+,’ ni ko Yehova Imana yawe avuze.”
15 “‘Nzobateragira koko ku butaka bwabo, kandi ntibazokwongera kurandurwa ku butaka bwabo nabihereye+,’ ni ko Yehova Imana yawe avuze.”