Abaroma 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi; Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:11 Umunara w’Inderetsi,1/9/2001, rup. 6
11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;