Abaroma 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 abe na se w’uruvyaro rutagenyerewe, atari gusa ku bumira ku kugenyerwa, mugabo no ku bagendera ku rutonde mu makanda y’ukwo kwizera bataragenyerwa, ari na ko data+ Aburahamu yari ari.
12 abe na se w’uruvyaro rutagenyerewe, atari gusa ku bumira ku kugenyerwa, mugabo no ku bagendera ku rutonde mu makanda y’ukwo kwizera bataragenyerwa, ari na ko data+ Aburahamu yari ari.