Abaroma 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko nimba abumira kw’itegeko ari ba samuragwa, ukwizera kuzoba kubaye impfagusa, n’umuhango ukaba ukuweho+.
14 Kuko nimba abumira kw’itegeko ari ba samuragwa, ukwizera kuzoba kubaye impfagusa, n’umuhango ukaba ukuweho+.