Abaroma 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+.
19 Kandi naho atagoyagoye mu kwizera, yararavye umubiri wiwe bwite, ico gihe ukaba wasa n’uwapfuye+, kuko yari yegereje imyaka ijana+, araba n’ingene inda ya Sara yasa n’iyapfuye+.