Ivyahishuwe 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ndabona aho amaturiye agashashara kagira gatandatu, maze haba nyamugigima ikomeye; izuba ririrabura nk’igunira*+ ry’ubwoya, ukwezi kwose na kwo guhinduka nk’amaraso+, Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:12 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 104-110
12 Maze ndabona aho amaturiye agashashara kagira gatandatu, maze haba nyamugigima ikomeye; izuba ririrabura nk’igunira*+ ry’ubwoya, ukwezi kwose na kwo guhinduka nk’amaraso+,