Ivyahishuwe 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze mbona uwundi mumarayika w’inkomezi+ amanuka ava mw’ijuru, yambaye igicu+, kandi umunywamazi wari ku mutwe wiwe, mu maso hiwe hakaba hari hameze nk’izuba+, amaguru yiwe+ na yo yari nk’inkingi z’umuriro, Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:1 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 155
10 Maze mbona uwundi mumarayika w’inkomezi+ amanuka ava mw’ijuru, yambaye igicu+, kandi umunywamazi wari ku mutwe wiwe, mu maso hiwe hakaba hari hameze nk’izuba+, amaguru yiwe+ na yo yari nk’inkingi z’umuriro,