Ivyahishuwe 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndaheza nakira nya kazingo gatoya mu kuboko kwa wa mumarayika ndakarya+, mu kanwa kanje gasosa nk’ubuki+; mugabo aho mariye kukarya, mu nda hanje hararura. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:10 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 158-160
10 Ndaheza nakira nya kazingo gatoya mu kuboko kwa wa mumarayika ndakarya+, mu kanwa kanje gasosa nk’ubuki+; mugabo aho mariye kukarya, mu nda hanje hararura.