Akajambo k'epfo
a Ubugarariji bwa Adamu na Eva bwaravyuye ibibazo bikomeye ku bijanye n’Imana, bino bikaba vyerekeye ikibereye n’ikitabereye. Ivyo bibazo birasigura igituma Imana yabaye irareka ubukozi bw’ibiki burabandanya, bikaba vyihwezwa mu gitabu gifasha kwiga Bibiliya citwa Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Urashobora kugisanga ku muhora wo kuri Internet www.pr418.com.