Akajambo k'epfo
a Ubwo butumwa buteye isoni usanga bugizwe n’ibi bintu: amajambo, amafoto canke amavidewo barungikiranira ku matelefone bivuga canke vyerekana ivy’igitsina mu buryo bweruye. Nimba wipfuza kumenya n’ibindi kuri ivyo, nuje ku muhora jw.org, usome ikiganiro kivuga ngo “Urwaruka ruribaza—Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye n’ukurungikiranira kuri telefone ubutumwa buteye isoni?”—Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA.