Akajambo k'epfo a Harubuwe icandikano kiriko izina ry’“umutware w’intara” yitwa Lisaniya. (Luka 3:1) Yatwara intara ya Abilene muri ico kiringo nyene Luka yavuze.