Akajambo k'epfo
a Ico cigwa cerekanye ko abana b’imiyabaga bamara hafi amasaha icenda ku musi bariko barinezereza bakoresheje utwuma tw’ubuhinga bwa none. Ivyo bitigiri ntibishiramwo umwanya abana batoyi be n’imiyabaga bamara bakoresha utwo twuma kw’ishure canke mu dukorwa two kw’ishure bakorera i muhira.