ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi gisohorwa n’abagize umugwi wa Yohani camye cerekana ko vyihutirwa kutagisha ako karyo maze tukagira uruhara rwuzuye mu gikorwa co kwamamaza. Raba nk’akarorero ikiganiro kivuga ngo “Vyose nibimenyekanishe ubuninahazwa bwa Yehova” n’ikivuga ngo “Ijwi ryavyo ryumvikanye mw’isi yose” vyasohotse mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Nzero 2004. Ikiganiro kivuga ngo “Abaninahaza Imana barahezagirwa” co mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ruheshi 2004 carashimitse ku bijanye no kwinjira mu “muryango wuguruye” uja mu murimo w’igihe cose. Mu mwaka wa 2011, incahagati y’abamamaji 1.362.755 ni bo bakoze uwo murimo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika