Akajambo k'epfo
d Gereranya n’amajambo umwanditsi w’Umuroma Sénèque yandikiye umuherezikazi w’igihumbu (nk’uko yasubiwemwo n’uwitwa Swete), ati: “Mukobwa, warahagaze mu nzu izwi nabi . . . izina ryawe rirekera mu ruhanga rwawe; waremeye amahera yo kugukurako agashambara.”—Controverses I, 2.