ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Inyigisho y’Ubutatu yakomotse i Babiloni ha kera, ahasengwa ubutatu bugizwe n’ikimana-zuba Shamashi, ikimana-kwezi Sini n’ikimana-nyenyeri Ishitari. Mu Misiri na ho nyene barasenga ubutatu bugizwe n’ikimana Ozirisi, Izisi na Horusi. Ikimana gikuru c’i Ashuri ari co Ashuru cerekanwa gifise imitwe itatu. Muri ubwo buryo nyene, mu nsengero za Gatolika urahasanga amasanamu yerekana Imana ifise imitwe itatu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika