Akajambo k'epfo
c Igihe Dawidi yagarika Goliyati yari “agahungu gusa,” ni ukuvuga ko yari akiri muto kandi yari afise nk’imyaka 30 igihe Yonatani yapfa. (1 Samweli 17:33; 31:2; 2 Samweli 5:4) Yonatani yapfuye afise nk’imyaka 60, bikaba biboneka ko yasumvya Dawidi hafi imyaka 30.