Akajambo k'epfo
a Naho iyo nkuru yo muri Bibiliya ivuga ko Yehova ‘yari yarugaye igitereko ca Hana,’ nta kintu na kimwe cemeza ko Imana itashima uwo mugore yicisha bugufi kandi w’umwizigirwa. (1 Sam. 1:5) Rimwe na rimwe Bibiliya irashira ku Mana ibintu iba yaretse gusa bikaba mu gihe kanaka.