ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

d Hamani yemeye gutanga italanto 10.000 z’ifeza, zikaba zari ziciye amamiliyoni amajana n’amajana y’amadolari y’ubu. Nimba Ahasuwerusi ari we yari Zeruzi wa mbere, ayo mahera ashobora kuba yaratumye uwo mwami aca ashima iciyumviro ca Hamani. Zeruzi yari akeneye amahera menshi kugira arwane n’Abagiriki, uwo ukaba wari umugambi yari amaranye igihe, iyo ntambara ikaba yahavuye ivamwo ivyago bikomeye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika