Akajambo k'epfo
a Muri ivyo bintu vyo mu Vyanditswe Mariya yavuze, bishoboka ko yasubiyemwo amajambo yavuzwe na wa mugore w’umwizigirwa Hana, uno na we nyene Yehova akaba yaramuhezagiye mu kumuha umwana.—Raba uruzitiro ruvuga ngo “Amasengesho abiri adasanzwe,” ruri mu kigabane ca 6.