Akajambo k'epfo
b Ico kirego cari gishingiye kw’itegeko ryasohowe mu 1606. Iryo tegeko ryaraha uburenganzira umugwi ujejwe kwihweza icaha cakozwe bwo kuvuga ko umuntu yagirwa n’icaha mu gihe waba ubona ko ivyo yavuze biremesha urwanko, naho ivyo yaba yavuze kwaba ari ukuri.