ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

c Mu gitabu History of the Jews (Kahise k’Abayuda), Porofeseri Graetz avuga yuko Abaroma rimwe na rimwe bamanika abanyororo 500 ku musi. Abandi Bayuda bari bafashwe mpiri baracibwa ibikonjo hanyuma bakarungikwa ngo basubire mu gisagara. Ibintu vyari vyifashe gute aho hantu? “Amahera yari yarataye agaciro, kubera ko atashobora kugura agakate. Abantu bararwana mu mabarabara bimwe bibabaje barwanira imfungurwa ziboze utoruha ukoza no mu kanwa, utwatsi tw’inticantikize, agace k’urushato, canke ibisigazwa vy’ibifungurwa batereye imbwa. . . . Kubera ibiziga bitafubwa vyaguma vyongerekana cane, vyatumye umuyaga uvanze n’ubushuhe bwinshi wo mu ci uteza indwara z’ibiza, vyongeye abanyagihugu barahitanwa n’indwara, ikigoyi hamwe n’inkota.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika