Akajambo k'epfo
a Mu 2002, nk’uko vyaharuwe hisunzwe Bibiliya, igenekerezo rya 14 Nisani ritangura ku wa Kane igenekerezo rya 28 Ntwarante izuba rirenze. Kuri uwo mugoroba, Ivyabona vya Yehova hirya no hino kw’isi bazokoranira hamwe kugira ngo bibuke urupfu rw’Umukama Yezu Kirisitu.