Akajambo k'epfo
a Ukwo guhura kwabaye nk’igihe nyina wa Yakobo ari we Rebeka yavomera amazi ingamiya za Eliyezeri. Maze Rebeka yirukanga i muhira kumenyesha ko hari ingenzi ije. Labani abonye ibintu vy’inzahabu mushikiwe yari yaronseko ingabirano, yaciye yirukanga guha ikaze Eliyezeri.—Itanguriro 24:28-31, 53.