Akajambo k'epfo
d Ibintu nyamukuru bishirwa mu miti imwimwe batera abantu bigenda birushiriza kuba ikivange kidahinguwe mu maraso. Mugabo, mu bihe bimwebimwe, harashobora gushirwamwo urugero runaka rw’uduhimba tw’amaraso, nk’akarorero albumine.—Raba “Ibibazo vy’abasomyi” mu Munara w’Inderetsi (mu gifaransa) wo ku wa 1 Gitugutu 1994.