ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Incungu yatanzwe bwari ubuzima butagira agasembwa, kubera ko ari bwo Adamu yari yaratakaje. Kubera yuko icaha candukiye abantu bose, nta muntu n’umwe afise agasembwa yari gushobora kuba incungu. Ni co gituma Imana yarungitse Umwana wayo yari mw’ijuru ngo aze gutanga iyo ncungu (Zaburi 49:7-9). Nimba ushaka kumenya ayandi makuru kuri ivyo, raba ikigabane ca 7 mu gitabu Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera, casohowe n’Ivyabona vya Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika