Akajambo k'epfo
b Bibiliya zimwezimwe zirimwo imirongo abantu biyongereyemwo ijanye no kwisonzesha, ariko iyo mirongo ntiboneka mu vyandikano vy’iminwe vy’ikigiriki vya kera cane.—Matayo 17:21; Mariko 9:29; Ibikorwa 10:30; 1 Abakorinto 7:5, King James Version.