Akajambo k'epfo
a Musa ntiyabonye Yehova amaso mu yandi, kuko ata muntu yobona Imana ngo abeho. (Kuvayo 33:20) Bigaragara ko Yehova yeretse Musa ubuninahazwa bwiwe, akaba yavuganye na we biciye ku mumarayika yamuserukira.