Akajambo k'epfo
b Bishoboka ko Dawidi yabona ko gukingira abantu bari bafise amatongo aho hantu be n’imikuku yabo wari umurimo yarangurira Yehova Imana. Muri ico gihe, umugambi wa Yehova wari uw’uko abakomoka kuri Aburahamu, Izahaki na Yakobo baba muri ico gihugu. Gutyo rero, kugikingira abanyamahanga bagisatira be n’imigwi y’abambuzi wari umuce w’umurimo mweranda.