Akajambo k'epfo
b Matayo avuga ko abo ba kavantara “batekuru[ye] ubutunzi bwabo” maze bashikanira Yezu inzahabu, imibavu yitwa olibani be n’imira. Igishimishije, utwo tuganuke tuzimvye dushobora kuba twaje hageze, kubera yuko umuryango wa Yezu, uzi n’ingene wari wifitiye uburyo buke, gatoyi inyuma y’aho wabwirijwe guhunga.—Matayo 2:11-15.