Akajambo k'epfo
a Abanaziri barubahiriza indagano yabasaba kwirinda inzoga no kumwa umushatsi wabo. Abenshi bagira indagano yo kuba Abanaziri mu kiringo kanaka gusa, ariko bamwebamwe nka Samusoni, Samweli na Yohani Umubatizi, babaye Abanaziri ubuzima bwabo bwose.