Akajambo k'epfo
a Hariho n’ibimenyamenya vyerekana ko Abanyaburaya wasanga bafata ingendo bagashika muri Aziya yo mu Buseruko. Raba ikiganiro kivuga ngo “Abamisiyonari bari gushobora gushika mu turere utuhe two mu Buseruko?” mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Nzero 2009.