Akajambo k'epfo
c Ivyo vyabaye ku mpera ya ka karyo kamaze imyaka itatu n’igice kari karahawe Abayuda bo ku mubiri kugira ngo babe mu bagize ihanga rishasha ryo mu buryo bw’impwemu. Bwa buhanuzi bwerekeye amayinga 70 agizwe n’imyaka bwari bwaravuze ibijanye n’ico kintu.—Dan. 9:27.