Akajambo k'epfo
b “Iryo tegeko ryemejwe biturutse ku mukazo ukomeye wariko uragirwa n’idini ry’aborotodogisi ryo mu Burusiya, rino rikaba rirondera gukingira cane ikibanza rifise mu Burusiya, rikaba kandi rishashaye kubona Ivyabona vya Yehova babuzwa.”—Vyavuzwe n’itororokanirizo rimwe ry’amakuru (Associated Press) ku wa 25 Ruheshi 1999.