Akajambo k'epfo
e Ku wa 22 Munyonyo 2010, umugwi ugizwe n’abacamanza batanu bo mu Nama nkuru ya ya Sentare y’Abanyaburaya waranse kwemera ivyo Uburusiya bwasavye buvuga ko iyo Nama nkuru yosubira kwihweza urwo rubanza. Mu kubigenza gutyo, urubanza rwari rwaraciwe ku wa 10 Mukakaro 2010 rwarabaye ntabanduka maze hafatwa ingingo yuko rukwiye gushirwa mu ngiro.