Akajambo k'epfo
d Imyaka y’ingoma y’abami ba Babiloni yatangura mu kwezi kwa Nisani gushika kuri Nisani. Bishitse umwami agapfa atararangiza umwaka w’ingoma yiwe wa nyuma, uwamusubirira yaca aja ku ngoma kugira asozere uwo mwaka w’ingoma y’uwo mwami yapfuye. Uwo mwaka witwa ko ari wo mwaka uwo nyene kumusubirira yagiriyeko ku ngoma. Ku bw’ivyo, umwaka wa mbere w’ingoma y’uwo mwami mushasha, waca utangurana na Nisani ikurikira.