ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Imvugo ngo “ishingwa ry’isi” irimwo iciyumviro co guterera hasi imbuto, bikaba bifitaniye isano n’ukurondoka. Iyo mvugo igomba rero kwerekeza ku ruvyaro rwa mbere rw’abantu. Ni kubera iki none ivy’“ishingwa ry’isi” Yezu yavyerekeje kuri Abeli aho kuvyerekeza kuri Kayini, kandi ari we muntu wa mbere yatanguye kuvuka? Ingingo Kayini yafashe be n’ivyo yakoze kwari ukugarariza Yehova Imana n’ibigirankana. Cokimwe n’abavyeyi biwe, biboneka ko atari mu gitigiri c’abacunguwe ngo bazozurwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika