Akajambo k'epfo
b Na rya tongo rya Edeni ryarazimanganye, rikaba kumbure ryazimanganijwe n’amazi y’isegenya. Nimba ari ukwo vyagenze, ba bakerubi bari bacunze ubwinjiriro bwaryo barashoboye guca basubira mw’ijuru, kuko igikorwa bari bamaze imyaka 1600 bakora cari kirangiye.—Itanguriro 3:22-24.